Amakuru mu Gitondo Public Domain  — Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu. ... Ijwi ry’Amerika 5 hr
Rwanda: Abarwayi ba Malariya Bikubye 2 Ugereranyije no mu 2023 Public Domain   Ijwi ry’Amerika 14 hr
Rwanda: Abarwayi ba Malariya Bikubye 2 Ugereranyije no mu 2023 Public Domain  — Ikigo cy’igihugu gishinzwe ubuzima mu Rwanda, RBC, kiratangaza ko mu mezi 9 y’uyu mwaka wa 2024, abarwayi ba Malariya bikubye kabiri ugereranyije no mu mwaka wa 2023. RBC ivuga ko abarwayi bavuye ku 300,000 mu 2023, bagera ku 500,000 mu mezi icyenda y’uyu mwaka. Iki kigo gisobanura ko ubwiyongere bw’iyi ndwara bwagaragaye cyane mu turere twa Gisagara, Bugesera, Nyagatare , Kirehe , Nyaza Kicukiro na Gasabo. Umuyobozi w'ishami rishinzwe kurwanya malariya muri RBC, Muganga Mbituyumuremyi... ... Ijwi ry’Amerika 14 hr
Kizza Besigye Atavuga Rumwe n'Ubutegetsi bwa Uganda Yatawe mu Mvuto Public Domain  — Kizza Besigye, umunyapolitike atavuga rumwewna Reta ya Uganda, yaranyurujwe I Nairobi muri Kenya yongera aratabwa mu mvuto. Umupfasoni wa Besigye, Winnie Byanyima, yatangaje kuri uyu wa gatatu ko umugabo wiwe yanyurujwe igihe yariko aramenyekanisha igitabo ciwe mu mpera z’indwi irangiye. Yavuze ko yajanywe mw’ibohero ry’igisirikare ku murwa mukuru wa Uganda, Kampala. Mu butumwa yashize ku rubuga X, umutambukanyi wa Kizza Besigye, Winnie Byanyima, yasavye ko umugabo wiwe arekurwa... ... Ijwi ry’Amerika 15 hr
Amakuru ku Mugoroba Public Domain  — Mu Burundi, abanyagihugu n’abanyepolitiki ntibabona kimwe urugendo rw’urumuri rw’amahoro rutunganywa n’ubutegetsi buri mwaka. Muri Uganda, umunyapolitiki Kizza Besigye yatawe muri yombi. Esipanye igiye guha ibyangombwa abimukira ibihumbi amagana batabifise ... Ijwi ry’Amerika 16 hr
Esipanye Igiye Gutangira Guha Abimukira Impapuro Zibemerera Guturayo no Gukorayo Public Domain  — Igihugu cya Esipanye cyatangaje ko buri mwaka kizajya giha abimukira bagera ku bihumbi 300 ibyangombwa bibemerera gutura, no gukorayo. Iyi gahunda izatangira umwaka utaha, igeze muri 2027. Minisitiri w'abinjira n'abasohoka Elma Saiz yavuze ko bizafasha abimukira gukora akazi k'abanyagihugu bashaje. ... Ijwi ry’Amerika 16 hr
Amakuru y'Akarere Public Domain  — Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba. ... Ijwi ry’Amerika 17 hr
Uganda:Umunyapolitiki Kizza Besigye Yashimutiwe muri Kenya Public Domain  — Umugore wa Kizza Besigye, umunyapolitiki utavuga rumwe n’ubutegetsi bwo muri Uganda, yavuze ko umugabo we yashimutiwe muri Kenya agasubizwa muri Uganda aho ubu ari mu kasho ya gisirikare. Ushinzwe uburenganzira bwa muri Kenya yasabye ko hagira igikorwa ku kibazo cy'ishimutwa. ... Ijwi ry’Amerika 17 hr
Gaza: Ibitero bya Isiraheli Byahitanye Abanyapalestina 17 Public Domain  — Abayobozi bashinzwe ubuzima mu ntara ya Gaza, kuri uyu wa gatatu, bavuze ko ibitero bya Isiraheli byahitanye abanyapalestina 17 . Muri kimwe muri ibyo bitero, Isiraheli yibasiye inzu iri mu gace ka Jabalia mu majyaruguru ya Gaza, aho cyahitanye abantu 12. Kuri uyu wa gatatu, igisirikare cya Isiraheli cyatangaje kandi ko umwe mu basirikare bacyo yishwe, undi agakomereka, ubwo yari ahanganye n’abarwanyi b’umutwe wa Hamas mu majyaruguru ya Gaza. Mu majyepfo ya Libani, aho ingabo za... ... Ijwi ry’Amerika 18 hr
Esipanye Igiye Korohereza Abimukira Batagira Impapuro Public Domain  — Minisitiri ufite abinjira n'abasohoka mu nshingano ze muri Esipanye, kuri uyu wa gatatu, yavuze ko buri mwaka iki gihugu kizajya giha ibyangombwa abimukira bagera mu 300.000 badafite impapuro. Ni uguhera mu kwezi kwa gatanu gutaha kuzageza mu mwaka wa 2027. Izi ngamba zigamije gusimbura abakozi bagenda basaza mu gihugu no gutuma abanyamahanga baba muri Esipanye badafite impapuro, babona ibyangombwa bibemerera gukora no gutura. Esipanye yakomeje kwugururira amarembo abimukira, n’ubwo... ... Ijwi ry’Amerika 18 hr
Murisanga Public Domain  — Mu kiganiro Murisanga cyo kuri uyu wa gatatu, Ijwi ry'Amerika ryatumiye Yvonne Umurungi aho tuza kuba dufite insanganyamatsiko igira iti: Imirire myiza y'abana – kurwanya igwingira no kwirinda indwara ziterwa n'imirire mibi, n'ibikorwa by'umushinga USAID-Gikuriro Kuri Bose mu Rwanda. ... Ijwi ry’Amerika 18 hr
Kongo: Abagizi ba nabi Bamenaguye Intatemwa Ishinguyemwo Iryinyo ry'Inzahabu rya Patrice Lumbumba Public Domain  — Reta ya Republika ya Demokrasi ya Kongo yatangaje ko abagizi ba nabi bamenaguye intatemwa ya Patrice Lumbumba irimwo iryinyo ry'inzahabu ryiwe. Patrice Lumumba, ni umunyapolitike yaharaniye ukwikukira kwa Kongo. Yagandaguwe mu mwaka w’i 1961. Ivy’uko ibisigarira vyiwe, birimwo iryinyo rimwe ry’inzahabu vyononywe canke vyasahuwe ntivyari bitomoye buno nyene. Uwujejwe kwitaho iyo ntatemwa yabwiye itororokanirizo ry’amakuru ry’igihugu, ko imiryango y’ibiyo kuri iyo ntatemwa yasambuwe, ku... ... Ijwi ry’Amerika 20 hr
Amatara Ayobora Imodoka Yavutse Gute? Public Domain  — Amatara Ayobora Imodoka Yavutse Gute? Ni inde, cyane cyane mwe muba mu mujyi, ni inde utazi iriya miriro “umutuku, umuhondo, n’icyatsi kibisi” mu masanganiro y’imihanda? Bamwe babyita “Feux Rouges mu gifransa cyangwa Traffic Lights mu cyongereza.” Ntaho utayisanga kw’isi yose. Kw’itariki ya 20 y’ukwa 11, 1923 ni bwo uwayihimbye, Umunyamerika Garrett Morgan Sr. yayiherewe icyemezo cy’umutungo bwite mu by'ubwenge. Turabigarukako muri ino nkuru irambuye yo mu kiganiro Americana. Mu 1922,... ... Ijwi ry’Amerika 20 hr
TO BE PUBLISHED ON TUESDAY MORNING Public Domain  — Amatara Ayobora Imodoka Yavutse Gute? Ni inde, cyane cyane mwe muba mu mujyi, ni inde utazi iriya miriro “umutuku, umuhondo, n’icyatsi kibisi” mu masanganiro y’imihanda? Bamwe babyita “Feux Rouges mu gifransa cyangwa Traffic Lights mu cyongereza.” Ntaho utayisanga kw’isi yose. Kw’itariki ya 20 y’ukwa 11, 1923 ni bwo uwayihimbye, Umunyamerika Garrett Morgan Sr. yayiherewe icyemezo cy’umutungo bwite mu by'ubwenge. Turabigarukako muri ino nkuru irambuye yo mu kiganiro Americana. Mu 1922,... ... Ijwi ry’Amerika 20 hr
Iwanyu mu ntara Public Domain  — Mu Rwanda, mu mezi icyenda ashize abantu bagera ku bihumbi 200 barwaye Malaria. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa bikomeje kwiyongera. Muri Kongo, Abarundi b’impunzi mu nkambi ya Mulongwe, mu ntara ya Kivu y’Epfo, barenga 90 banduye indwara ya Kolera mu kwezi kumwe gusa. ... Ijwi ry’Amerika 22 hr
Amakuru mu Gitondo Public Domain  — Abarundi bahungiye mw'ikambi ya Mulongwe iri muri Kongo babangamiwe n'ikiza ca Kolera. Mu Burundi, ibiciro vy'ivya nkenerwa vyaduze cane. Ubumwe bwa Buraya bwemereye u Rwanda imiriyoni 20 z'amayero yo gufasha abasirikare barwo bari muri Mozambike kurwanya iterabwoba. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Abarundi Bahungiye muri Kongo Babangamiwe na Kolera Yabateye Public Domain   Ijwi ry’Amerika 1 d
Abarundi Bahungiye muri Kongo Babangamiwe na Kolera Yabateye Public Domain  — Impunzi z’Abarundi ziri mu nkambi ya Mulongwe iri mu burasirazuba bwa Repubulika ya demokarasi ya Kongo zivuga zugarijwe ni icyorezo cya Korera. Imibare igaragaza ko mu kwezi kumwe gusa, abantu barenga 90 banduye icyo cyorezo. Iki kibazo kiravugwa cyane mu mpunzi z’Abarundi ziganjemo iziheruka kuvanwa mu nkambi z’agateganyo za Kavimvira na Sange zikazanwa mu nkambi ya Mulongwe. Izo mpunzi zirenga 3,000 zivuga ko ubukene bw’amazi, imisarani n’isuku nke bigaragara aho batujwe ari byo... ... Ijwi ry’Amerika 1 d
UE Yemereye u Rwanda Imiriyoni 20 z'Amayero yo mu Bikorwa Vyarwo vya Gisirikare muri Mozambike Public Domain  — Ishirahamwe ry'Ubumwe bw'Ubulaya ryemeye guha igisirikare c'u Rwanda imfashanyo y'imiliyoni 20 y'amayero agenewe kugifasha muri Mozambike aho gishigikiye igikorwa co kurwanya umugumuko wa reta ya kiyislamu. Iyo ngingo yongereje incuro 2 amafranga ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Ubulaya ryari ryemeye gutanga imbere y’aho mu mwaka w’i 2022. Joseph Borrell, icegera c’umutegetsi mukuru w’urwego nyobozi rw’ishirahamwe ry’ubumwe bw’Ubulaya, yatangaje ko kuba inteko z’u Rwanda ziri muri Mozambike,... ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Uburusiya Bugabisha ko Bushobora Gukoresha Ibirwanisho Ruhonyanganda vya Nikleyeri Public Domain  — Prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, yasinye amategeko mashasha atomora ryari igihugu ciwe gishobora gukoresha ubumara ruhonyanganda bwa nikereyeri. Bishasha biri muri ayo mategeko birimwo ko igihugu runaka, gishigikiwe n’igifise ubushobozi bwinshi mu vya nikereyeri, gihirahiye kigatera Uburusiya, buzoca bwivunira hamwe ivyo bihugu bibiri bukoresheje ubwo bumara ruhonyanganda.  Ingingo zitandukanye ziri muri ayo mategeko mashasha y’Uburusiya, zivuga ko Uburusiya bufise uburenganzira bwo... ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Abatavuga Rumwe na Reta mu Ntara ya Somaliland Yiyonkoye kuri Somaliya Batsinze Amatora Public Domain  — Mu ntara ya Somaliland yiyonkoye kuri Somaliya, umukuru w’umugambwe WADDAMI, utavuga rumwe na reta yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu. Abdirahman Mohamed Abdullahi yatsinze ayo matora yabaye mu ndwi iheze, n’amajwi arenga 50%. Abdullahi, afise imyaka 69, yarabaye umukuru w’inama nshingamateka ya Somaliland mu 2005. Uyo mugambwe wiwe wiyamamaje ushira imbere imigambi yo kunagura intwaro ya demokrasi hamwe no gutsimbataza ubumwe mu banyagihugu. Abarongoye uwo mugambwe baremereye kandi... ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Amakuru ku Mugoroba Public Domain  — Ibiciro vy'ivyankenerwa mu Burundi vyaraduze cane Hari ivyaduze 100%. Ubumwe bwa Buraya bwongeye u Rwanda inkunga ku basirikare barwo bari muri Mozambike. Mu ntambara yo muri Ukraine, perezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, avuga ko ashobora gukoresha intwaro za kirimbuzi bibaye ngombwa. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Ibura ry'Imvura Riteje Ubwoba bw'Inzara Bamwe mu Batuye i Kayonza Public Domain  — Abaturage batuye mu karere ka Kayonza, mu mirenge ya Kabare na Ndego batewe impungenge n'ikibazo cy'ibura ry'imvura imaze umwaka itagwa. Zimwe mu mpuguke mu bukungu zivuga ko Leta ishobora kwifashisha ibiyaga biri mu karere igafasha abaturage kuhira imirima. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Amakuru y'Akarere Public Domain  — Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Abdullahi Utavuga Rumwe n’Ubutegetsi muri Somaliland Yatsinze Amatora ya Perezida Public Domain  — Komisiyo y’amatora muri Somaliland yavuze ko Abdirahman Mohamed Abdullahi utavuga rumwe n’ubutegetsi ari we watsinze amatora aheruka aho yegukanye amajwi 63.92 ku ijana. Perezida wari uriho Muse Bihi yabonye 34.81 ku ijana. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Murisanga Public Domain  — Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
OLUCOME: Ibiciro vy'Ivyankenerwa mu Burundi Vyaraduze Cane Public Domain  — Ishirahamwe OLUCOME ryishinze kurwanya ibiturire no gusesagura amatungo ya Reta mu Burundi rirajwe ishinga n’iduga ry’ibiciro vy’ivyankenerwa ryemeza ko ryabaye ndanse muri ico gihugu. Urwandiko rw’impapuro indwi iryo shirahamwe ryarungikiye abamenyeshamakuru risigura iki kibazo, ruvuga ko ibiciro vy’ibintu umunyagihugu akenera ku munsi ku munsi vyaduze bivuye ahanini kw’ikena ry’amafaranga y’agaciro, no gukoresha nabi make mu mafaranga y’agaciro igihugu gifise. OLUCOME yerekana ko... ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Iwanyu mu ntara Public Domain  — Ikigo CDC kijejwe gukumira no kurwanya indwara muri Afrika gisaba Amerika guhagarika ingingo yo gukumira ingendo mu Rwanda. Mu Burundi abana bahungutse n'abasangwa bemeza ko babanye neza. Tanzaniya irabandanya kurondera ababomokeweko n'inyubakwa y'igorofa zine. ... Ijwi ry’Amerika 1 d
Amakuru mu Gitondo Public Domain  — Abagizi ba nabi bateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma co muri Kongo bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa abarenga 10. CDC irasaba ko Amerika ikuraho ingingo yo gukumira ingendo mu Rwanda kubera Marburg. Amerika irabandanya imyiteguro n'urugendo rwo guhererekanya ubutegetsi. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
DRC: Abateye Ikambi ya Baraka Bafashe ku Nguvu Abagore 9 Bakomeretsa 13 Public Domain   Ijwi ry’Amerika 2 d
DRC: Abateye Ikambi ya Baraka Bafashe ku Nguvu Abagore 9 Bakomeretsa 13 Public Domain  — Abagore 9 bafashwe ku ngufu abandi bantu 10 barakomereka mu gitero cy’abagizi ba nabi mw’ijoro ryo ku cyumweru rishyira uyu wa mbere mu nkambi ya Baraka iri muri karitiye ya Mugunga mu mujyi wa Goma mu ntara ya Kivu ya ruguru. Abanyekongo bahungiye muri iyi nkambi barasaba leta gukaza kubarindira umutekano. Iyi nkambi ya Baraka icumbikiye impunzi zahunze ziturutse mu bice bya Rubaya na Ngungu mu teritware ya Masisi, zatangiye kuhagera kuva mu ntangiriro z’uyu mwaka wa 2024. Ni imwe mu... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Kongo: Bimwe mu Bisagara Vyabuze Amatara Kubera Ibicafu Biri mu Rugomero Rukuru Public Domain  — Kamwanya ari zo bita plastike zajugunywe ziriko zirareremba mu rugomero rukomeye rutanga umuyagankuba muri Republika ya Demokrasiya Kongo. Muri iki gihe ziriko zituma umuyagankuba ucika mu bisagara bitari bike vy'igihugu.  Ni ikibazo ku bategetsi bo muri ivyo bisagara bariko bagerageza gutorera inyishu. Urugomero rw’umuyagankuba, ruri ku ruzi Rusizi mu bumanuko bw’ikiyaga Kivu, rutanga umuyagankuba mu gisagara ca Bukazu n’ibindi bisagara. Ibura ry’umuyagankuba rirageramiye abakora... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Uburusiya Bwazibiye Ingingo ya ONU Itegeka Sudani Guhagarika Intambara Public Domain  — Uburusiya, kuri uyu wa mbere, bwahagaritse ingingo y'urwego rwa ONU rujejwe amahoro n'umutekano kw'isi, isaba ihagarikwa bidatevye ry'ingwano muri Sudani. TIP:Russia vetoed a UN Security Council resolution on Monday calling for an immediate end to hostilities in Sudan where a war between two rival generals has been raging since April 2023. TEXT: Integuro y’ingingo isaba ihagarikwa bidatevye ry’ ingwano muri Sudani yateguwe n’ibihugu vy’Ubwongereza na Sierra Leone. Isaba impande zompi... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
CDC Isaba Amerika Gukuraho Ingingo yo Gukumira Ingendo mu Rwanda Public Domain  — Africa CDC, Ikigo gishinzwe gukumira no kurwanya indwara muri Afrika, irasaba Leta zunze ubumwe z’Amerika gukuraho icyemezo cyo gukumira ingendo mu Rwanda yari yarafashe mu kwezi kwa cumi gushize kubera icyorezo cya Marburg, kubera ko iki cyorezo cyarangiye. Umuyobozi mukuru wa Africa CDC, Muganga Jean Kaseya, yandikiye ibaruwa minisitiri w’ubuzima wa Leta zunze ubumwe z’Amerika, Xavier Becerra, n’umuyobozi mukuru wa US CDC, Ikigo cya Leta zunze ubumwe z’Amerika gishinzwe gukumira no... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Muri Gabon Abaturage Batoye Itegeko Rivugura Itegeko Nshinga Public Domain  — Abaturage bo muri Gabon bagera kuri 91.8% batoye ko itegeko nshinga rivugururwa. Ibyari byavuye muri kamarampaka yo kuvugurura iri tegeko kuwa gatandatu bishobora gukuraho ubutegetsi bw’abasikare bakoze kudeta. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Amerika mu Rugendo rwo Guhererekanya Ubutegetsi Public Domain  — Mu gihe Perezida watowe Donald Trump yitegura gutangira inshingano, urugendo ruteguranywe ubushishozi rwo guhererekanya ubutegetsi hagati y’ubuyobozi bucyuye igihe n’ubushya rurimo gutegurwa. Inzobere zitanga ibitekerezo byazo k’uko guverinoma yo ku rwego rw’igihugu yakwitegura ibi bihe by’ingenzi muri demukarasi y’Amerika. Nyuma y’uko Perezida w’Amerika atowe, haba ibikorwa byinshi mbere y’uko arahira. Iminsi 76 yo kuva ku gutorwa kugera ku irahira ishobora kumvikana nk’igihe kirekire.... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Amakuru ku Mugoroba Public Domain  — Abateye ikambi ya Baraka iri mu gisagara ca Goma muri DRC bafashe ku nguvu abagore 9, bakomeretsa 10. Abatavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Senegali bemeye ko batsinzwe amatora y’abashingamateka. Uburusiya bwazibiye ingingo ya ONU itegeka Sudani guhagarika intambara bidatevye. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Amakuru y'Akarere Public Domain  — Amakuru y'Akarere (1600-1630 UTC): Amakuru atambuka i saa kumi n'ebyeri ku mugoroba mu Rwanda no mu Burundi. Akenshi, aya makuru yibanda ku karere k'ibiyaga bigari n'Afurika y'uburasirazuba. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Tanzaniya: Ibikorwa vyo Kurondera Aboba Barasenyukiwe n'Inyubakwa y'Igorofa 4 Birabandanya Public Domain  — Ibikorwa vyo gutabara ku musi ugira gatatu vyabandanije kuri uyu wa mbere muri Tanzaniya. Ni inyuma y'uko inyubakwa isenyutse igahitana ubuzima bw’abantu 13 ku murwa mukuru w'ubutunzi, Dar es Salaam. Reta ya Tanzaniya yatangaje ko izobandanya gukora gushika abagifatiwe mu bisigarira vy’iyo nyubakwa yasenyutse batabawe. Igitigiri c’abari muri ivyo bisigarira ntigitomoye. Abantu batari bake batangaje ko batazi irengero ry’incuti zabo bavuga ko zari muri iyo nyubakwa yasenyutse. Abantu... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Abatavuga Rumwe n'Ubutegetsi bwa Senegali Bemeye ko Batsinzwe mu Matora Public Domain  — Umugambwe uri ku butegetsi muri Senegal, PASTEF, ugiye kuzotsindira ibibanza vyinshi mu nama nshingamateka. Ni mu gihe abayoboye imigambwe itavuga rumwe na reta, kuri uyu wa mbere, bemeye ko batsinzwe mu matora afise intumberoyo guha uburengenzira Prezida Bassirou Diomaye Faye bwo gushira mu ngiro imigambi yemeye yo guhindura ibitari bike mu gihugu. Macky Sall yahoze ari prezida wa Senegal, ayoboye urunani rukomeye rw’imigambwe itavuga rumwe na reta, Takku Wallu, yarakeje umugambwe uri ku... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Murisanga Public Domain  — Tugaruka ku buhinga bita S.W.O.T ANALYSIS, bufasha abashaka gutangura ibikorwa vy’ubugwizatunga. Turagaruka ku twigoro twibonekeza mu rwaruka ruhejeje amashure two gutangura ibikorwa vyo kwikorera hamwe no kugwiza itunga, bitewe n’uko benshi mu barangije kaminuza, batoroherwa mu guca baronka akazi. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Abajura Bateye Inkambi ya Baraka muri Kongo Bafata Abagore 9 ku Ngufu Public Domain  — Inkambi ya Baraka iherereye mu mujyi wa Goma yaraye itewe n'abajura bafata abagore icyenda bayibamo ku nguvu. Iyi nkambi icumbikiye impunzi zavuye ahitwa Rubaya na Ngungu muri Teritwari ya Masisi. Hari n'abibwe amafaranga, ibyahatiye impunzi ziri muri iyi nkambi gusaba Leta kongererwa umutekano. ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Prezida Kagame Yamagana Ubwicanyi Bukomeje Kwibasira Abarokotse Jenoside Yakorewe Abatutsi Public Domain   Ijwi ry’Amerika 2 d
Prezida Kagame Yamagana Ubwicanyi Bukomeje Kwibasira Abarokotse Jenoside Yakorewe Abatutsi Public Domain  — Perezida w’u Rwanda Paul Kagame aratangaza ko biteye impungenge kuba muri iyi myaka hari abantu bakicwa bazira uko bavutse. Yabigarutseho asoza inama y’umuryango, Unity Club, ugizwe n’abayobozi bari muri Guverinoma n’abayihozemo n’abo bashakanye uyobowe na Jeannete Kagame umugore w’umukuru w’igihugu. Ijambo ry’umukuru w’igihugu rije nyuma y’iyicwa rubozo ryakorewe umubyeyi w'umucika cumu witwa Nduwamungu Pauline w'imyaka 66. Nyakwigendera Nduwamungu atuye mu karere ka Ngoma mu... ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Iwanyu mu ntara Public Domain  — Prezida w’u Rwanda Paul Kagame yamaganye ubwicanyi bukomeje kwibasira abarokotse jenoside yakorewe Abatutsi, nyuma y’imyaka 30. Mu Burundi, abimuriwe muri Site Martyazo kubera imyuzure ya Tanganyinka bavuga ko badafite ako bekika umusaya. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy'inkende ... Ijwi ry’Amerika 2 d
Amakuru mu Gitondo Public Domain  — Abajejwe umutekano mu Rwanda bemeza ko abasirikare bikekwa ko ari aba Kongo binjiye ku butaka bwabo biba inka z’abanyagihugu. Abakobwa b’abarundikazi bahunze batwara inda batarakwiza imyaka yo kubaka babandanya kwiyongera. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy’inkende. ... Ijwi ry’Amerika 3 d
Umuvugizi w’Umurwi wa Hezbollah Yaguye mu Gitero Isirayeri Yagavye muri Libani Public Domain  — Umuvugizi w’umurwi wa Hezbollah yaguye mu gitero Isirayeri yagavye muri Libani. Umwe mu bategetsi ba Hezbollah yatanze ano makuru ntashime ko amazina yiwe atangazwa, yavuze ko Mohammed Afif yiciwe hagati mu gisagara c’umurwa mukuru wa Libani I Beyerute. Mohammed Afif yatanguye kuja ahabona cane mu kwezi kw’icenda, inyuma y’igandagurwa rya Hassan Nasrallah yahoze atwara Hezbollah. Umumenyeshamakuru w’itororokanirizo ry’amakuru y’abanyamerika, AP, yashitse mu kibanza Mohammed Afif... ... Ijwi ry’Amerika 3 d
Amakuru y'Akarere Public Domain  — U Rwanda ruvuga ko hari abasirikare bikekwa ko ari aba Kongo baraye binjiye ku butaka bwarwo biba inka z’abanyagihugu bo mu murenge wa Busasamana. Amerika yatangaje umuntu wa mbere yanduye ibihara vy’inkende. Papa asaba amakungu kurimbura nimba Isirayeri iriko irakora ihonyabwoko ry’Abanyepalestina. ... Ijwi ry’Amerika 3 d
Papa Fransisiko Asaba Amakungu Gutohoza Niba Isirayeri Iriko Irakora Jenoside y’Abanyepalestina Public Domain  — Umwungere wa Ekleziya Katorika Papa Fransisiko asaba amakungu kurimbura nimba Isirayeri iriko irakora ihonyabwoko ry’Abanyepalestina. Ikinyamakuru La Stampa co mu Butariyano kibivuga cishimikije “tumwe mu duce tw’ibiri mu gitabo ca Papa Fransisiko kigiye gusohoka vuba”. Ku bwa La Stampa, muri ico gitabo umwungere wa Ekleziya Katorika agira ati: “ Abahinga benshi bemeza ko ibibera muri Gaza bikwije ibisabwa vyose kugira vyitwe jenoside. Tubwirizwa gukora amatohoza yimbitse kugira vy’ukuri... ... Ijwi ry’Amerika 3 d
Murisanga Public Domain  — Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu. ... Ijwi ry’Amerika 3 d